“ TUJE HAMWE TWESE DUHINDURE ISI YACU KUGIRA IDUFASHE GUSHIKIRA ITERAMBERE RIRAMA,ABAGENDANA UBUMUGA BADASIGAYE INYUMA”
#Ni icivugo mpuzamakungu c’uno mwaka,ni ukuvuga umwaka wa 2022 ari naco igihugu c’uburundi cashimye guhimbaza k’umunsi mukuru mpuzamakungu wahariwe abagendana ubumuga, aho Uburundi bwahimbaje uwo musi kw’igenekerezo rya 10 ndamukiza
La Fondation Uwiragiye a fêté 5 ans, jour pour jour au service de l’Amour.
Le lundi 10 avril 2023, la Fondation Uwiragiye qui s’occupe des enfants ayant une déficience visuelle a célébré les 5 ans à l’œuvre en faveur de cette catégorie de personne
LES PERSONNES HANDICAPEES SENSORIELLES: AVEUGLES ET MALVOYANT SOURDS ET
MALENTENDANTS Les personnes avec handicap sensorial font face aux multiples obstacles. Les aveugles et malvoyants font face à la cherté et à la non –disponibilité du materiel de mobilité et