NYUMA Y’URUGENDO ATARI RUTO YARAYE ASHITSE KUNDOTO YIWE
Emmanuel SINDAYIGAYA n’umusore ahumuye agendana ubumuga bwo kutabona, avuka mu ntara ya Kayanza komine Muruta, umusozi karunyinya agacimbiri kiganga, yibarutswe na Daniel Baranyizigiye kumwe na Thérèse Nahimana, akaba arumwana agira