{"id":5868,"date":"2023-10-12T10:12:23","date_gmt":"2023-10-12T08:12:23","guid":{"rendered":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/?p=5868"},"modified":"2023-10-12T10:15:06","modified_gmt":"2023-10-12T08:15:06","slug":"kwakira-kumugaragaro-abanyeshure-bashasha-baje-kwiga-muri-fondation-uwiragiye","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/?p=5868","title":{"rendered":"KWAKIRA KUMUGARAGARO ABANYESHURE BASHASHA BAJE KWIGA MURI FONDATION UWIRAGIYE"},"content":{"rendered":"\n<ul class=\"wp-block-list\">\n<li>Ukumwaka utanguye w\u2019ishure, muri Fondation Uwiragiye, hama haba umugenzo wo kwakira abanyeshure bashasha, baje kw\u2019iga kw\u2019ishure Penn Blind School, ryatangujwe na Fondation uwiragiye. Ku musi wa gatandatu w\u2019igenekerezo rya 30 nyakanga 2023, niho uwurongoye ikigo Fondation Uwiragiye, Umukenyezi Uwiragiye Sylvie, yashima ko yo kora umugenzo wo kwakira abandi bana bashasha, basanzwe bagendana ubumuga bwo kutabona, kumwe n\u2019abandi bashimye kuza kw\u2019igana nabo, ariko bobo atabwo bumuga bagendana, kuva igihe c\u2019isaha y\u2019icenda z\u2019umuhingamo ivyo birori vyari bitanguye, atangura aganiriza abana, Uwurongoye ikigo Fondation Uwiragiye, akaba arinawe yagitanguje, abaramutsa anezerewe cane, y\u2019ishimiye uko bari baberewe nanarirya aherutse kubahindurira umwambaro mushasha w\u2019ishure, ugiye kuzokwama ubaranga. Yabwiye ugo rwaruka ko yarabakumbuye, kandi ngo kwahabari hose kwaguma abiyumvira. \u00ab&nbsp;Kuva umwaka w\u2019ishure utanguye sinari bwaze kubaraba uko mumeze, ati naje twindondorane mumenye&nbsp; nanje ndabamenye&nbsp;\u00bb. Mw\u2019ijambo nyamukuru ry\u2019uwo musi yabashikirije, ahanini akaba yaraje kwakira bashasha no kubamenya, yongera abatangurira n\u2019umwaka ku mugaragara nkuko vyama vyabaye, no kuyindi myaka irangiye. Ikimenyetso co kwicisha bugufi, mu gusangirira hamwe n\u2019ugo rwaruka kikaba arico cagaragaye kuruwo musi.<\/li>\n<\/ul>\n\n\n\n<ul class=\"wp-block-list\">\n<li>Umuyobozi Mushasha w\u2019ishure penn blind school,Coyitungiye Audace akaba arinawe Munyamabanga nshingwabikorwa muri Fondation Uwiragiye, amenyesha ko kwigisha abana bafise ubumuga bwokutabona, ko bisaba inguvu nyishi kubarezi babo, ibikoresho navyo basanzwe bakoresha ngo bitwara uburyo bwinshi. Naho biruko arishimira kumugambi baraye bashitseko kw\u2019iryo shure wo kw\u2019igisha n\u2019abandi banyeshure, atabumuga bwo kutabona bagendana ngo kuko bituma abo banyeshure batabona baca biyumva, mbere ngo bigahesha n\u2019ishusho ryiza ishure mu bushikiranganji bubijejwe, na narirya harumugambi mwiza wa Reta w\u2019indero idakumira, arangiza atera akamo abantu batandukanye, bafise amikoro kuza barashigikira ibigo mwenivyo, vy\u2019itaho ineza y\u2019umuce w\u2019abantu batishoboye.<\/li>\n<\/ul>\n\n\n\n<ul class=\"wp-block-list\">\n<li>Nyuma y\u2019ugufungurira hamwe nugo rwaruka, haba k\u2019uwurongoye ikigo fondation uwiragiye hamwe n\u2019umuyobozi w\u2019ishure penn Blind school, haba kubigisha hamwe n\u2019abandi bajejwe ibikorwa bitandukanye, hahavuye hakirwa abanyeshure &nbsp;bashasha, baratanga umwindondoro wabo, iyo bahora biga, gutyo Maman Fondation Uwiragiye acarabasengera yongera abatekerera ijambo ryo kuzogiriranira umutima w\u2019uwurukundo, hagati y\u2019abana basanze muri fondation basanzwe bagendana ubumuga bwo kutabona.<\/li>\n<\/ul>\n\n\n\n<ul class=\"wp-block-list\">\n<li>Uwo musi ibirori bikaba vyabandanije bigenda neza, kuko igihe c\u2019isaha cumi na zibiri z\u2019umuhingamo, haciye hatangurwa igiteramo c\u2019amasengesho y\u2019ijoro ryose,co gusabira ibikorwa muri rusangi, birangurirwa muri fondation uwiragiye, hamwe n\u2019ugushira mu maboko y\u2019Imana umwaka w\u2019ishure watanguye, mu ntumbero yuko wogenda neza.<\/li>\n<\/ul>\n\n\n\n<ul class=\"wp-block-list\">\n<li>Murayo ma sengesho hakaba harigaragaje intahe nyishi, zivuga kw\u2019ikumirwa bamwe mu bana bagendana ubumuga baba muri Fondation, bagirirwa, n\u2019ikibano bakiri mu mihana iwabo, amasengesho akaba yagiye kurangira igihe c\u2019isaha cumi n\u2019imwe zagatondo,&nbsp; arangira mu kanyamuneza kadasanzwe.<\/li>\n<\/ul>\n\n\n\n<ul class=\"wp-block-list\">\n<li>&nbsp;Fondation uwiragiye ikaba yatanguye, mu mwaka wa 2018 ukwezi kwa ndamukiza , yatanguranye n\u2019abana bagendana ubumuga bwo kutabona&nbsp;, bagera kuri 13, ikaba yatangujwe n\u2019umukenyezi Sylvie Uwiragiye arinawe ayiserukira imbero y\u2019amategeko,bivuye k\u2019umutima w\u2019impuhwe yagiriye umuce w\u2019abana bagendana ubumuga bwo kutabona.<\/li>\n<\/ul>\n\n\n\n<ul class=\"wp-block-list\">\n<li>&nbsp;Kuyu mwanya Fondation Uwiragiye, mu myaka itanu irenga ikora ivyo bikorwa, ikaba igereye kubana bangana n\u2019ijana na mirongo itandatu na batatu(163) muribo abagera kuri mirongo icenda na batandatu(96) bagedana ubumuga bwo kutabona, ijana na mirongo ibiri na batandatu akaba aribo biga barara mu buraro, nayo mirongo itatu n\u2019indwi(37) bakiga bataha.<\/li>\n<\/ul>\n\r\n<script><\/script>","protected":false},"excerpt":{"rendered":"","protected":false},"author":2,"featured_media":5771,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"footnotes":""},"categories":[49],"tags":[],"class_list":["post-5868","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ecofo-penn-blind-school"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/posts\/5868","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=%2Fwp%2Fv2%2Fcomments&post=5868"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/posts\/5868\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":5869,"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/posts\/5868\/revisions\/5869"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/media\/5771"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=%2Fwp%2Fv2%2Fmedia&parent=5868"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=%2Fwp%2Fv2%2Fcategories&post=5868"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=%2Fwp%2Fv2%2Ftags&post=5868"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}